Yoweli 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ibisata vy’abantu bizogira ububabare bukaze kubera co+. Nayo mu maso ha bose, ntihazobura kujonjogora+. Nahumu 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Igisagara kiragaragara, cogejwe, kandi gisigaye ari igiharabuga+! Umutima urashonze+, amavi ariko aradegedwa+, kandi amafyinga yose ari n’ububabare bukaze+; nayo mu maso habo hose, hajonjogoye+.
6 Ibisata vy’abantu bizogira ububabare bukaze kubera co+. Nayo mu maso ha bose, ntihazobura kujonjogora+.
10 Igisagara kiragaragara, cogejwe, kandi gisigaye ari igiharabuga+! Umutima urashonze+, amavi ariko aradegedwa+, kandi amafyinga yose ari n’ububabare bukaze+; nayo mu maso habo hose, hajonjogoye+.