ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 58:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “Ico gihe umuco wawe woseruka nk’umutwenzi+; ugusubirana kwawe kwonaga ningoga+. Kandi ubugororotsi bwawe bwogendera imbere yawe+; ubuninahazwa bwa Yehova ni bwo bwokubera abacunzi b’inyuma+.

  • Yeremiya 30:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kuko ibi ari vyo Yehova avuze: “Ugusenyuka kwawe nta muti kugira+. Uruguma rwawe ntirukira+.

  • Yeremiya 30:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 “Kuko nzotuma usubirana, kandi nzogukiza inguma zawe+,” ni ko Yehova avuze. “Kuko bakwise umugore yirukanywe+, bati: ‘Ni Siyoni, umwe ata n’umwe amurondera+.’”

  • Yeremiya 33:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 egome, avuze ati: ‘Ehe ngira ndamuzanire ugusubirana be n’amagara+; nzobakiza nongere ndabahishurire amahoro n’ukuri vy’umurengera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika