Yeremiya 12:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko na bene wanyu be n’urugo rwa so, na bo nyene baguhemukiye+. Na bo nyene barasemereye n’ijwi rirenga inyuma yawe. Ntubizere, ngo ni uko gusa bakubwira ibintu vyiza+. Mika 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Intahemuka yazimanganye mw’isi, kandi mu bantu nta wugororotse ariho+. Bose babundira gusesa amaraso+. Umwe wese ahigisha urusenga rw’umukwabu mwene wabo+.
6 Kuko na bene wanyu be n’urugo rwa so, na bo nyene baguhemukiye+. Na bo nyene barasemereye n’ijwi rirenga inyuma yawe. Ntubizere, ngo ni uko gusa bakubwira ibintu vyiza+.
2 Intahemuka yazimanganye mw’isi, kandi mu bantu nta wugororotse ariho+. Bose babundira gusesa amaraso+. Umwe wese ahigisha urusenga rw’umukwabu mwene wabo+.