Itanguriro 27:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Na we avuga ati: “Si co gituma none yitwa Yakobo, kuko andengereye kabiri kose+? Uburenganzira bwanje bw’imfura aramaze kubutwara+, none ehe ubu na ho antwaye umuhezagiro+!” Yongerako ati: “Nta muhezagiro none wambikiye?”
36 Na we avuga ati: “Si co gituma none yitwa Yakobo, kuko andengereye kabiri kose+? Uburenganzira bwanje bw’imfura aramaze kubutwara+, none ehe ubu na ho antwaye umuhezagiro+!” Yongerako ati: “Nta muhezagiro none wambikiye?”