Imigani 1:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kuko nasemereye mugabo mukaguma mwanka+; naramvuye ukuboko kwanje ariko nta n’umwe avyitaho+, Hoseya 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Abantu banje bazonumishwa koko, kuko ata bumenyi buhari+. Ko wewe wataye ubumenyi+, nanje nzoguta ntiwongere kumbera umuherezi+; ko uguma wibagira itegeko ry’Imana yawe+, nanje rero nzokwibagira abana bawe+. Abaroma 1:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Kandi nk’uko batashimye kumenya Imana mu buryo butagira amakosa+, Imana yarabahebeye imero y’umuzirikanyi itemewe+, ngo bakore ibitabereye+, 1 Abakorinto 15:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Nimwikangure mugarure ubwenge+ mu buryo bw’ubugororotsi kandi ntimuze muracumura, kuko bamwe batazi Imana+. Ndiko mvuga ukwo ngo ndabatere kumaramara+.
6 Abantu banje bazonumishwa koko, kuko ata bumenyi buhari+. Ko wewe wataye ubumenyi+, nanje nzoguta ntiwongere kumbera umuherezi+; ko uguma wibagira itegeko ry’Imana yawe+, nanje rero nzokwibagira abana bawe+.
28 Kandi nk’uko batashimye kumenya Imana mu buryo butagira amakosa+, Imana yarabahebeye imero y’umuzirikanyi itemewe+, ngo bakore ibitabereye+,
34 Nimwikangure mugarure ubwenge+ mu buryo bw’ubugororotsi kandi ntimuze muracumura, kuko bamwe batazi Imana+. Ndiko mvuga ukwo ngo ndabatere kumaramara+.