Yeremiya 5:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Mbega sinkwiye kugira ico mbaza kubera ivyo bintu nyene?”, ni ko Yehova avuze+. “Canke sinkwiye kwihora ihanga nk’iryo+?”
9 “Mbega sinkwiye kugira ico mbaza kubera ivyo bintu nyene?”, ni ko Yehova avuze+. “Canke sinkwiye kwihora ihanga nk’iryo+?”