Yeremiya 12:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Igihugu kizogeza ryari gukabirana+, kandi ibimera vyo mu gahinga kose bizogeza ryari kwuma+? Kubera ububi bw’ababa muri co, ibikoko n’ibiremwa biguruka birazimanganijwe+. Kuko bavuze bati: “Ntabona kazoza kacu.” Yeremiya 23:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko igihugu gisigaye cuzuye+ abarenga ibigo+. Kuko kubera umuvumo igihugu cagiye mu kigandaro+, n’amatongo y’uburagiriro yo mu gahinga yumye+; inyifato yabo ni mbi, kandi ubushobozi bwabo ntibugororotse.
4 Igihugu kizogeza ryari gukabirana+, kandi ibimera vyo mu gahinga kose bizogeza ryari kwuma+? Kubera ububi bw’ababa muri co, ibikoko n’ibiremwa biguruka birazimanganijwe+. Kuko bavuze bati: “Ntabona kazoza kacu.”
10 Kuko igihugu gisigaye cuzuye+ abarenga ibigo+. Kuko kubera umuvumo igihugu cagiye mu kigandaro+, n’amatongo y’uburagiriro yo mu gahinga yumye+; inyifato yabo ni mbi, kandi ubushobozi bwabo ntibugororotse.