ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 4:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Nararavye, nsanga nta muntu yakuwe mw’ivu ariho, kandi ibiremwa biguruka vyo mu kirere vyari vyahunze vyose+.

  • Hoseya 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ni co gituma igihugu kizogandara+, n’abakibamwo bose bakayamira hamwe n’igikoko co mu gahinga be n’ikiremwa kiguruka co mu kirere; mbere n’amafi yo mu kiyaga azopfa*+.

  • Zefaniya 1:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 “Nzoherengeteza umuntu yakuwe mw’ivu be n’igikoko+. Nzoherengeteza ikiremwa kiguruka co mu kirere n’amafi yo mu kiyaga+, n’ibitsitaza hamwe n’ababisha+; kandi nzorandura abantu ku buringanire bw’ubutaka+,” ni ko Yehova avuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika