Gusubira mu vyagezwe 8:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 uwagucishije muri ka gahinga kanini kandi gateye ubwoba+, karimwo inzoka z’ubumara+ n’utumina, karimwo n’ubutaka bugadutse, butagira amazi; uwagukuriye amazi mu gitandara c’isare+; Nehemiya 9:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Waratanze impwemu+ yawe nziza kugira ngo ubagire abigengesera; ntiwimye manu* yawe akanwa kabo+, kandi wabahaye amazi yo kubamara inyota+.
15 uwagucishije muri ka gahinga kanini kandi gateye ubwoba+, karimwo inzoka z’ubumara+ n’utumina, karimwo n’ubutaka bugadutse, butagira amazi; uwagukuriye amazi mu gitandara c’isare+;
20 Waratanze impwemu+ yawe nziza kugira ngo ubagire abigengesera; ntiwimye manu* yawe akanwa kabo+, kandi wabahaye amazi yo kubamara inyota+.