ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 13:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Imbwebwe zizobwejera mu minara yiwe yo kubamwo+, kandi ca kiyoka kinini kizoba mu birimba vy’uburyohe. Igihe ciwe kiri hafi kuza, kandi imisi yiwe ntizokwigizwa inyuma+.”

  • Yeremiya 10:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Umviriza inkuru! Ehe iraje, be n’ugusya gukomeye kuvuye mu gihugu co mu buraruko+, kugira ngo bitume ibisagara vya Yuda bicika igiharabuga, aho imbwebwe zitaha+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika