Yeremiya 4:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kuko ibi ari vyo Yehova avuze, ati: “Igihugu cose kizocika igiharabuga+, none sinzogitikiza+? Yeremiya 25:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Emwe, iki gihugu cose kizocika ahantu hatikijwe, akajoreza, kandi ayo mahanga azobwirizwa gukorera umwami wa Babiloni imyaka mirongo irindwi+.”’ Yeremiya 32:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Emwe, amatongo azogurwa muri iki gihugu+, ico muzovuga ku bicerekeye ngo: “Ni igiharabuga+ kitagiramwo umuntu n’igitungwa. Catanzwe mu kuboko kw’Abakaludaya+.”’
11 Emwe, iki gihugu cose kizocika ahantu hatikijwe, akajoreza, kandi ayo mahanga azobwirizwa gukorera umwami wa Babiloni imyaka mirongo irindwi+.”’
43 Emwe, amatongo azogurwa muri iki gihugu+, ico muzovuga ku bicerekeye ngo: “Ni igiharabuga+ kitagiramwo umuntu n’igitungwa. Catanzwe mu kuboko kw’Abakaludaya+.”’