Zaburi 23:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Naho nogendera mu mubande w’igitutu kizitanye+,Nta kintu kibi na kimwe ntinya+,Kuko uri kumwe nanje+;Inkoni yawe n’ikibando cawe ni vyo bimpoza+.
4 Naho nogendera mu mubande w’igitutu kizitanye+,Nta kintu kibi na kimwe ntinya+,Kuko uri kumwe nanje+;Inkoni yawe n’ikibando cawe ni vyo bimpoza+.