Gusubira mu vyagezwe 28:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Uzogenda urakabakaba ku mutaga, nka kurya impumyi ikabakaba mu muzimagiza+, kandi ntuzotuma inzira zawe ziroranirwa; uzocika gusa uwama agungwa kandi yamburwa, ata wuri bugukize+. Yeremiya 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ehe azoduga nk’ibicu vy’imvura, kandi imikogote yiwe imeze nk’umuyaga w’ikirura+. Amafarasi yiwe aranyaruka kurusha inkona+. Turagowe, kuko dusahuwe!
29 Uzogenda urakabakaba ku mutaga, nka kurya impumyi ikabakaba mu muzimagiza+, kandi ntuzotuma inzira zawe ziroranirwa; uzocika gusa uwama agungwa kandi yamburwa, ata wuri bugukize+.
13 Ehe azoduga nk’ibicu vy’imvura, kandi imikogote yiwe imeze nk’umuyaga w’ikirura+. Amafarasi yiwe aranyaruka kurusha inkona+. Turagowe, kuko dusahuwe!