ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 49:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuko abona yuko n’abantu b’inkerebutsi bapfa+,

      Imburabwenge n’abatiyumvira bakayogerera hamwe+,

      Ibibabeshaho bagategerezwa kubisigira abandi+.

  • Imigani 3:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Wizigire Yehova n’umutima wawe+ wose kandi ntiwishimikize ubwenge bwawe bwite+.

  • Umusiguzi 9:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Narahindukiye, mbona munsi y’izuba yuko abanyarutsi atari bo bene gutsinda isiganwa+, n’abanyenkomezi ko atari bo bene gutsinda urugamba+, eka n’inkerebutsi ko atari zo zene kugira ibifungurwa+, eka n’abazi ubwenge ko atari bo bene kugira ubutunzi+, mbere n’abafise ubumenyi ko atari bo bene kugira ubutoni+; kuko ibihe be n’ibishika giturumbuka bibashikako bose+.

  • Yesaya 5:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Baragowe abari inkerebutsi mu maso yabo bwite bakaba n’abanyabwenge mu maso yabo bwite+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika