Luka 11:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 “Muragowe mwebwe abahanga mu vy’Itegeko, kubera ko mwatwaye urupfunguruzo rw’ubumenyi+; mwebwe ubwanyu ntimwinjiye, kandi n’abinjira mwarababujije+!” Yohani 8:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 yamara ntimwamumenye+. Mugabo jewe ndamuzi+. Kandi hamwe novuga ko ntamuzi noba mbaye umunyabinyoma nkamwe. Mugabo ndamuzi koko kandi ndubahiriza ijambo ryiwe+.
52 “Muragowe mwebwe abahanga mu vy’Itegeko, kubera ko mwatwaye urupfunguruzo rw’ubumenyi+; mwebwe ubwanyu ntimwinjiye, kandi n’abinjira mwarababujije+!”
55 yamara ntimwamumenye+. Mugabo jewe ndamuzi+. Kandi hamwe novuga ko ntamuzi noba mbaye umunyabinyoma nkamwe. Mugabo ndamuzi koko kandi ndubahiriza ijambo ryiwe+.