Zaburi 115:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ababikora bazomera nka vyo+,Egome, abo bose bavyizigira+. Yesaya 41:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Raba! Bose ni ikintu kitariho. Ibikorwa vyabo ni ubusa. Ibishusho vyabo vy’icuma gishongeshejwe ni umuyaga be n’ikintu kitabaho+. Yeremiya 51:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Umuntu wese yarerekanye ko atiyumvira ku buryo atagira ubumenyi+. Uwukora ivy’ivyuma wese azomaramara kubera igishusho c’ikibazano+; kuko igishusho ciwe c’icuma gishongeshejwe ari ikinyoma+, nta mpwemu iri muri vyo+. Habakuki 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Mbega igishusho c’ikibazano kimaze iki+, ngo uwagihinguye abe yarakibāje, canke igishushanyo co mu cuma gishongeshejwe, n’umwigisha w’ibinyoma+, ngo uwagihinguye abe acizigira+, gushika aho akora imana ata co zimaze, z’ibiragi+? Zakariya 10:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko terafimu*+ zavuze ivy’amageza; abaraguzi beretswe ibinyoma+, kandi indoto ata co zimaze ni zo baguma bavuga, kandi bagerageza guhoreza abantu ubusa+. Ni co gituma bazozimira koko nk’umukuku+; bazokwibabaza, kuko ata mwungere ariho+. Abaroma 1:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Naho nyene bemeza ko ari inkerebutsi, bacitse ibipfu+,
29 Raba! Bose ni ikintu kitariho. Ibikorwa vyabo ni ubusa. Ibishusho vyabo vy’icuma gishongeshejwe ni umuyaga be n’ikintu kitabaho+.
17 Umuntu wese yarerekanye ko atiyumvira ku buryo atagira ubumenyi+. Uwukora ivy’ivyuma wese azomaramara kubera igishusho c’ikibazano+; kuko igishusho ciwe c’icuma gishongeshejwe ari ikinyoma+, nta mpwemu iri muri vyo+.
18 Mbega igishusho c’ikibazano kimaze iki+, ngo uwagihinguye abe yarakibāje, canke igishushanyo co mu cuma gishongeshejwe, n’umwigisha w’ibinyoma+, ngo uwagihinguye abe acizigira+, gushika aho akora imana ata co zimaze, z’ibiragi+?
2 Kuko terafimu*+ zavuze ivy’amageza; abaraguzi beretswe ibinyoma+, kandi indoto ata co zimaze ni zo baguma bavuga, kandi bagerageza guhoreza abantu ubusa+. Ni co gituma bazozimira koko nk’umukuku+; bazokwibabaza, kuko ata mwungere ariho+.