Yesaya 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi imana ata co zimaze zizogenda amazimayongo+. Yeremiya 51:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ni ubusa+, ni igikorwa c’agatwengo+. Ivyavyo nivyarabwa bizoyogera+. Zefaniya 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yehova azoba uwuteye ubwoba kuri bo+; kuko azonambisha imana zose zo kw’isi+, kandi abantu bazomwunamira+, umwe wese aho ari, amazinga yose y’amahanga+. Zakariya 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Kandi kuri uwo musi,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, “nzorandura amazina y’ibigirwamana mu gihugu+, kandi ntibizokwongera kwibukwa; abahanuzi+ be n’impwemu y’ubuhumane nzobizimanganya mu gihugu+.
11 Yehova azoba uwuteye ubwoba kuri bo+; kuko azonambisha imana zose zo kw’isi+, kandi abantu bazomwunamira+, umwe wese aho ari, amazinga yose y’amahanga+.
2 “Kandi kuri uwo musi,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, “nzorandura amazina y’ibigirwamana mu gihugu+, kandi ntibizokwongera kwibukwa; abahanuzi+ be n’impwemu y’ubuhumane nzobizimanganya mu gihugu+.