1 Samweli 12:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ntimuze mukevye ngo mukurikire ibitabaho+ ata co bimaze+ kandi bitarokora, kubera yuko ari ibitabaho. Habakuki 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Mbega igishusho c’ikibazano kimaze iki+, ngo uwagihinguye abe yarakibāje, canke igishushanyo co mu cuma gishongeshejwe, n’umwigisha w’ibinyoma+, ngo uwagihinguye abe acizigira+, gushika aho akora imana ata co zimaze, z’ibiragi+?
21 Ntimuze mukevye ngo mukurikire ibitabaho+ ata co bimaze+ kandi bitarokora, kubera yuko ari ibitabaho.
18 Mbega igishusho c’ikibazano kimaze iki+, ngo uwagihinguye abe yarakibāje, canke igishushanyo co mu cuma gishongeshejwe, n’umwigisha w’ibinyoma+, ngo uwagihinguye abe acizigira+, gushika aho akora imana ata co zimaze, z’ibiragi+?