Gusubira mu vyagezwe 28:63 Bibiliya y’isi nshasha 63 “Kandi nk’uko nyene Yehova yahimbawe no kubakorera ivyiza no kubagwiza+, ni ko Yehova azohimbarwa no kubarandura no kubazimanganya+; muzorandurwa ku butaka mugiye kwigarurira+. 1 Samweli 25:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Umuntu niyahaguruka kugira agukurikirane no kugira arondere ubuzima bwawe, ubuzima bw’umukama wanje buzoba koko butekeye mw’isaho y’ubuzima+ iri kumwe na Yehova Imana yawe+; mugabo ubuzima bw’abansi bawe azobutera nk’ubuvuye ahafukuye h’umugozi wo guteresha+. Yeremiya 16:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nzobakura muri iki gihugu+ ndabararirize mu gihugu mutamenye+, yaba mwebwe canke ba so, kandi ng’aho muzobwirizwa gukorera izindi mana+ umurango n’ijoro, kuko ntazobagirira ubutoni.”’
63 “Kandi nk’uko nyene Yehova yahimbawe no kubakorera ivyiza no kubagwiza+, ni ko Yehova azohimbarwa no kubarandura no kubazimanganya+; muzorandurwa ku butaka mugiye kwigarurira+.
29 Umuntu niyahaguruka kugira agukurikirane no kugira arondere ubuzima bwawe, ubuzima bw’umukama wanje buzoba koko butekeye mw’isaho y’ubuzima+ iri kumwe na Yehova Imana yawe+; mugabo ubuzima bw’abansi bawe azobutera nk’ubuvuye ahafukuye h’umugozi wo guteresha+.
13 Nzobakura muri iki gihugu+ ndabararirize mu gihugu mutamenye+, yaba mwebwe canke ba so, kandi ng’aho muzobwirizwa gukorera izindi mana+ umurango n’ijoro, kuko ntazobagirira ubutoni.”’