Zaburi 9:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ababisha+ bazosubira mu kuzimu+,Mbere n’amahanga yose yibagira Imana+. Zaburi 79:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Suka ubushangashirwe bwawe ku mahanga atakumenye+,No ku bwami butambaje izina ryawe+. Yesaya 34:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko Yehova afitiye uburakari amahanga yose+, akagirira n’ubushangashirwe ingabo zayo zose+. Azotegerezwa kubatikiza; azotegerezwa kubatanga bakeragurwe+.
2 Kuko Yehova afitiye uburakari amahanga yose+, akagirira n’ubushangashirwe ingabo zayo zose+. Azotegerezwa kubatikiza; azotegerezwa kubatanga bakeragurwe+.