22 Watanguye guhamagaza nko ku musi mukuru+ abantu bo mu bibanza biri irya n’ino, aho baba ari ba kavamahanga.
Kandi ku musi w’uburake bwa Yehova nta wacitse kw’icumu canke uwarokotse+;
Abo navyaye bafise amagara meza kandi nkabarera, umwansi wanje yabatikije+.