Itanguriro 17:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nzoguha mwe n’uruvyaro rwawe mu nyuma zawe igihugu wabayemwo uri kavamahanga+, egome igihugu cose ca Kanani, ngo kikubere itongo wigabira gushika igihe kitagira urugero; kandi nzokwerekana ko ndi Imana kuri bo+.” Abalewi 26:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nzogendera koko hagati muri mwebwe, nerekane ko ndi Imana yanyu+, namwe muzokwerekana ko muri abantu banje+. Ezekiyeli 11:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 kugira ngo bagendere mu vyagezwe vyanje, bagumye ingingo zanje z’ubutungane bongere bazishitse vy’ukuri+, kandi babe abantu banje koko+, nanje mbe Imana yabo+.”’ 2 Abakorinto 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi urusengero rw’Imana ruhuza rute n’ibigirwamana+? Kuko turi urusengero+ rw’Imana nzima; nk’uko Imana yavuze iti: “Nzoba muri bo+ ngendere muri bo, kandi nzoba Imana yabo, na bo bazoba abantu banje+.”
8 Nzoguha mwe n’uruvyaro rwawe mu nyuma zawe igihugu wabayemwo uri kavamahanga+, egome igihugu cose ca Kanani, ngo kikubere itongo wigabira gushika igihe kitagira urugero; kandi nzokwerekana ko ndi Imana kuri bo+.”
12 Nzogendera koko hagati muri mwebwe, nerekane ko ndi Imana yanyu+, namwe muzokwerekana ko muri abantu banje+.
20 kugira ngo bagendere mu vyagezwe vyanje, bagumye ingingo zanje z’ubutungane bongere bazishitse vy’ukuri+, kandi babe abantu banje koko+, nanje mbe Imana yabo+.”’
16 Kandi urusengero rw’Imana ruhuza rute n’ibigirwamana+? Kuko turi urusengero+ rw’Imana nzima; nk’uko Imana yavuze iti: “Nzoba muri bo+ ngendere muri bo, kandi nzoba Imana yabo, na bo bazoba abantu banje+.”