Zaburi 115:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ibigirwamana vyabo ni ifeza n’inzahabu+,Igikorwa c’amaboko y’umuntu yakuwe mw’ivu+. Yesaya 37:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kandi imana zayo zahawe umuriro+, kuko zitari imana+, mugabo zari izahinguwe n’amaboko y’umuntu+, izahinguwe mu biti no mu mabuye, ku buryo baziranduye+. Yeremiya 16:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mbega umuntu yakuwe mw’ivu yoshobora kwihingurira imana kandi zino atari imana+? 1 Abakorinto 8:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nayo ku vy’ukurya+ ibifungurwa vyashikaniwe ibigirwamana, turazi ko ikigirwamana ari ubusa+ mw’isi, be n’uko ata yindi Mana iriho atari imwe+.
19 Kandi imana zayo zahawe umuriro+, kuko zitari imana+, mugabo zari izahinguwe n’amaboko y’umuntu+, izahinguwe mu biti no mu mabuye, ku buryo baziranduye+.
4 Nayo ku vy’ukurya+ ibifungurwa vyashikaniwe ibigirwamana, turazi ko ikigirwamana ari ubusa+ mw’isi, be n’uko ata yindi Mana iriho atari imwe+.