ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 18:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Ni ibitokwiyumvirwa kuri wewe yuko wokora gutyo ukicana umugororotsi n’umubisha, umugororotsi bikamubera nk’uko bibera umubisha+! Ni ibitokwiyumvirwa kuri wewe+. Mbega Umucamanza w’isi yose ntazokora ibigororotse+?”

  • Zaburi 51:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Ni wewe nacumuyeko, wewe wenyene+,

      Kandi nakoze ibibi mu maso yawe+,

      Kugira ngo uboneke ko ugororotse igihe uvuga+,

      Kugira ngo uboneke ko wera igihe uca urubanza+.

  • Zaburi 145:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Yehova ni umugororotsi mu nzira ziwe zose+

      Akaba n’intahemuka mu bikorwa vyiwe vyose+.

  • Zefaniya 3:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Hagati muri we, Yehova yari umugororotsi+; nta bitagororotse yakora+. Uko bukeye yaguma amenyesha ingingo yiwe y’ubutungane+. Ntiyigera ibura ku murango+. Ariko uwutagororotse ntiyamaramara+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika