ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 12:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Amahema y’abanyazi nta maganya agira+,

      Kandi abatera Imana gushangashirwa bifitiye umutekano

      Ufiswe n’uwuzanye imana mu kuboko kwiwe+.

  • Yobu 21:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Kuki ababisha babandanya kubaho+,

      Bagasaza, kandi bakaminuza mu butunzi+?

  • Zaburi 37:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Nturungure kubera inkozi z’ikibi+.

      Ntiwumvire agashari abakora ibitagororotse+.

  • Zaburi 73:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Kuko numvira agashari abirāsi+,

      Igihe nabona amahoro ababisha bifitiye+.

  • Yeremiya 5:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Basigaye badoshe+; basigaye bayagayaga. Kandi basigaye basesekaye ibintu bibi. Nta rubanza baburanye+, mbere n’urubanza rw’impfuvyi*+, kugira ngo baroranirwe+; ntibaca urubanza rw’aboro.’”

  • Malaki 3:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 None ubu abita imbere ni bo twita abahirwe+. Vyongeye, abakora ivy’ububisha barubatswe+. Ikigeretseko, baragejeje Imana, ariko baguma bigīra amahoro+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika