Yeremiya 14:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nca mvuga nti: “Yoo, ewe Mukama Segaba Yehova! Ehe abahanuzi bababwira ngo: ‘Nta nkota muzobona, kandi nta kigoyi kizobazako, mugabo amahoro nyakuri ni yo nzobaha aha hantu+.’”
13 Nca mvuga nti: “Yoo, ewe Mukama Segaba Yehova! Ehe abahanuzi bababwira ngo: ‘Nta nkota muzobona, kandi nta kigoyi kizobazako, mugabo amahoro nyakuri ni yo nzobaha aha hantu+.’”