ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 6:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Ibi rero ni vyo Yehova avuze: “Ehe ngira nshirireho aba bantu ibitsitaza+, na bo bazobitsitarako ata gukeka, ba se hamwe n’abana; umubanyi na mugenziwe, emwe, bazoyogera+.”

  • Ezekiyeli 5:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “‘“Ni co gituma ba se bazorya abana babo hagati muri wewe+, abana na bo barye ba se, kandi nzoshitsa imanza muri wewe, igisigarira cawe cose ndagisanzarize mu miyaga yose+.”’

  • Matayo 10:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Bitayeko, umuntu+ azotanga mwene wabo ngo yicwe, na se w’umwana atange umwana wiwe, kandi abana bazokurira hasi abavyeyi, babicishe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika