30 Kandi bazotontomera kuri yo kuri uwo musi nk’ugutontoma kw’ikiyaga+. Kandi umuntu azokwitegereza igihugu, asange hari umwiza uteye agahinda+; mbere n’umuco wacuze umwiza kubera amama atibagurikira kuri co.
9 “‘Kandi uku ni ko bizoba kuri uwo musi,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Nzotuma izuba rirenga ku mutaga w’amaminangohe+, nteze igihugu umwiza ku musi umuco ari wose.