Imigani 25:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko vyiza ari uko akubwira ati: “Duga hano+,” hako agushira hasi imbere y’umunyacubahiro amaso yawe yabonye+. Luka 14:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Iyo utumiwe n’umuntu ku nzimano y’ubugeni, ntiwicare mu kibanza kiboneka kuruta ibindi+. Kumbure muri ico gihe ashobora kuba yatumiye umuntu akurusha icubahiro,
7 Kuko vyiza ari uko akubwira ati: “Duga hano+,” hako agushira hasi imbere y’umunyacubahiro amaso yawe yabonye+.
8 “Iyo utumiwe n’umuntu ku nzimano y’ubugeni, ntiwicare mu kibanza kiboneka kuruta ibindi+. Kumbure muri ico gihe ashobora kuba yatumiye umuntu akurusha icubahiro,