ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 2:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 “‘Kuko kera navunaguye ingǒgo* yawe+; navutaguye imizana yawe. Mugabo wavuze uti: “Sinzogukorera,” kuko waryama utambikije+ ku murambi muremure wose no munsi y’igiti gitotahaye cose+, ugira ubumaraya+.

  • Yeremiya 3:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Raramurira amaso yawe ku minyuro inoze, urabe+. Ni hehe utashurashurijwe ku nguvu+? Wicaye iruhande y’utuyira ubarindiriye, nk’Umwarabu mu gahinga+; kandi uguma uhumanisha igihugu ubumaraya bwawe n’ububi bwawe+.

  • Ezekiyeli 16:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “‘Mugabo waciye utangura kwizigira ubwiza bwawe+, ucika umumaraya kubera izina ryawe+, utangura no gusuka ubumaraya bwawe ku wuhita wese+, biba rwiwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika