ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 65:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 ku bw’amakosa yabo no ku bw’amakosa ya ba sekuruza babo, icarimwe+,” ni ko Yehova avuze. “Kubera ko bafumbishirije umwotsi w’ibimazi ku misozi, bakansigira iceyi+ ku mirambi+, imbere ya vyose nzobagerera rero impembo mu gikiriza cabo+.”

  • Ezekiyeli 6:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kandi muzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+, abagandaguwe babo nibaba hagati y’ibigirwamana vyabo vy’umwanda+, irya n’ino y’ibicaniro vyabo+, ku murambi muremure wose+, ku masonga yose y’imisozi+ no munsi y’igiti gitotahaye cose+, no munsi y’igiti cose kinini gisagaraye+, aho bashikaniye akamoto karuhura gahabwa ibigirwamana vyabo vyose vy’umwanda+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika