Luka 21:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Haragowe abagore bazoba bibungenze n’abazoba bonsa muri iyo misi+! Kuko hazoba amarushwa akomeye ku gihugu n’uburake kuri iki gisata; Luka 23:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 kuko ehe imisi iriko iraza aho bazovuga bati: ‘Hahiriwe abagore b’ingumba, n’inda zitavyaye be n’amabere atonkeje+!’
23 Haragowe abagore bazoba bibungenze n’abazoba bonsa muri iyo misi+! Kuko hazoba amarushwa akomeye ku gihugu n’uburake kuri iki gisata;
29 kuko ehe imisi iriko iraza aho bazovuga bati: ‘Hahiriwe abagore b’ingumba, n’inda zitavyaye be n’amabere atonkeje+!’