Abalewi 26:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ndi Yehova Imana yanyu, uwabakuye mu gihugu ca Misiri ngo ntimube mukibabera abashumba+, nkavunagura imitambikwa y’ingǒgo* yanyu, ngatuma mugenda mugororotse+. Gusubira mu vyagezwe 4:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mugabo ni mwebwe Yehova yatoye kugira abakure muri rya tanure rishongesha ivyuma+ ari ryo Misiri, kugira mumubere igisata ciharijwe+, nk’uko biri uyu musi. Yesaya 9:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko ingǒgo* y’umutwaro wabo+ n’inkoni yo ku bitugu vyabo, ikibando c’uwubahindagiza ku bikorwa+, wabijanjaguye nko ku musi wa Midiyani+. Nahumu 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ubu rero nzovuna ingǒgo yiwe yo gutwarako ibintu ikuveko+, ncagagure n’imizana iri kuri wewe+.
13 Ndi Yehova Imana yanyu, uwabakuye mu gihugu ca Misiri ngo ntimube mukibabera abashumba+, nkavunagura imitambikwa y’ingǒgo* yanyu, ngatuma mugenda mugororotse+.
20 Mugabo ni mwebwe Yehova yatoye kugira abakure muri rya tanure rishongesha ivyuma+ ari ryo Misiri, kugira mumubere igisata ciharijwe+, nk’uko biri uyu musi.
4 Kuko ingǒgo* y’umutwaro wabo+ n’inkoni yo ku bitugu vyabo, ikibando c’uwubahindagiza ku bikorwa+, wabijanjaguye nko ku musi wa Midiyani+.