Kuvayo 34:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 ntuze ugirane isezerano n’ababa muri ico gihugu, kuko batazobura gushurashurana n’imana zabo+ bakongera bagashikanira ibimazi izo mana zabo+. Kandi ntihazobura uwugutumira, nawe ata gukeka ukarya ku kimazi ciwe+. Ezekiyeli 16:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “‘Mugabo waciye utangura kwizigira ubwiza bwawe+, ucika umumaraya kubera izina ryawe+, utangura no gusuka ubumaraya bwawe ku wuhita wese+, biba rwiwe. Hoseya 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mu nzu ya Isirayeli nahabonye ikintu giteye ikinya+. Aho ni ho hari ubusambanyi bwa Efurayimu+. Isirayeli yarihumanije+.
15 ntuze ugirane isezerano n’ababa muri ico gihugu, kuko batazobura gushurashurana n’imana zabo+ bakongera bagashikanira ibimazi izo mana zabo+. Kandi ntihazobura uwugutumira, nawe ata gukeka ukarya ku kimazi ciwe+.
15 “‘Mugabo waciye utangura kwizigira ubwiza bwawe+, ucika umumaraya kubera izina ryawe+, utangura no gusuka ubumaraya bwawe ku wuhita wese+, biba rwiwe.
10 Mu nzu ya Isirayeli nahabonye ikintu giteye ikinya+. Aho ni ho hari ubusambanyi bwa Efurayimu+. Isirayeli yarihumanije+.