ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 46:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “‘Kubera iki nababonye bacitse ivutu? Bariko basubira inyuma, kandi abagabo b’abanyenkomezi babo barajanjaguwe; bahunze koko, ntibahindukiye+. Hari ivutu irya n’ino+,’ ni ko Yehova avuze.

  • Amosi 9:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nabonye Yehova ahagaze hejuru y’igicaniro+, araheza avuga ati: “Kubita umutwe w’inkingi, aminjiriro atigite. Zigegene ku mitwe, zose+. Abasigaye bo muri bo nzobicisha inkota. Nta wo muri bo agerageza guhunga azoshobora guhunga ngo akire, kandi nta wo muri bo agerageza gucika kw’icumu azoshobora kuyanyaga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika