ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 6:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Kuko imyampi ya Mushoboravyose iri kumwe nanje+,

      Ubwayi bwayo akaba ari bwo umutima wanje uriko uranywa+;

      Ivy’agacavutu bivuye ku Mana vyitondetse ngo bindwanye+.

  • Yobu 7:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Nimba naracumuye, nokugira iki, wewe Ndavyi y’abantu+?

      Kuki wangize ico urasa, bigatuma mba umuzigo kuri wewe?

  • Yobu 16:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Nari nitekaniye, ariko itangura kunzungagiza+;

      Insumira ku gakanu itangura kunsavya,

      Ingira ico itumberezako imyampi.

  • Zaburi 38:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Kuko imyampi yawe yinjiye kure muri jewe+,

      N’ukuboko kwawe kukaba kumanutseko+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika