Gusubira mu vyagezwe 4:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 ntanze amajuru n’isi kw’ivyabona uno musi vyo kubagiriza+, yuko mutazobura kuyogera ningoga mugahona muri ico gihugu mugiye kujabuka Yorodani ngo mucigarurire. Ntimuzorambira* kuri co, kuko mutazobura kuzimanganywa+. Gucura intimba 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yehova yarokeje ahantu ho kuba+ ha Yakobo, nta na hamwe yagiriye impuhwe.Mu burake bwiwe yasambuye ibibanza bikingijwe ibihome+ vy’umukobwa wa Yuda.Yakojeje hasi ubwami+ n’abaganwa biwe+, yabihumanije+. Ezekiyeli 9:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nanje rero, ijisho ryanje ntirizokwumva akagongwe+, eka nta n’impuhwe+ nzogira. Inzira yabo sinzobura kuyizana ku mutwe wabo+.”
26 ntanze amajuru n’isi kw’ivyabona uno musi vyo kubagiriza+, yuko mutazobura kuyogera ningoga mugahona muri ico gihugu mugiye kujabuka Yorodani ngo mucigarurire. Ntimuzorambira* kuri co, kuko mutazobura kuzimanganywa+.
2 Yehova yarokeje ahantu ho kuba+ ha Yakobo, nta na hamwe yagiriye impuhwe.Mu burake bwiwe yasambuye ibibanza bikingijwe ibihome+ vy’umukobwa wa Yuda.Yakojeje hasi ubwami+ n’abaganwa biwe+, yabihumanije+.
10 Nanje rero, ijisho ryanje ntirizokwumva akagongwe+, eka nta n’impuhwe+ nzogira. Inzira yabo sinzobura kuyizana ku mutwe wabo+.”