ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 13:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Kandi niwavuga mu mutima wawe+ uti: ‘Kubera iki ibi bintu binshikiye+?’; kubera ubwinshi bw’ikosa ryawe, impuzu* zawe wahora wipfuka ziratwawe+; ibitsintsiri vyawe vyagiriwe ivy’ubukazi.

  • Yeremiya 13:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Nanje rero nzoduza impuzu zawe ndazikurenze mu maso, maze babone koko ubwambure bwawe+,

  • Ezekiyeli 16:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 ngira rero nkoranirize hamwe abagukunda urukundo rukaze bose wahimbara, be n’abo wakunda bose, hamwe n’abo wanka bose, ndabakoranirize hamwe bakwereke bavuye irya n’ino, ndabapfukurire ibihimba vyawe vy’ibanga, babone koko ibihimba vyawe vyose vy’ibanga+.

  • Ezekiyeli 23:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Bazoguhagurukira buzuye urwanko, batware ivyo wabiriye akuya vyose, bagusige uri amenya, uri gusa+; kandi ubusa bw’ubusambanyi bwawe be n’ubushirasoni bwawe n’ubumaraya bwawe bizoja ahabona+.

  • Hoseya 2:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ubu rero ngira mpfukure ibihimba vyiwe vy’ibanga bibonwe n’amaso y’abamukunda urukundo rukaze+, kandi nta mugabo azomunshikura mu kuboko+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika