ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 30:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kandi mwebwe, igihome gikomeye ca Farawo kizotegerezwa kubabera imvo yo kumaramara+, ubuhungiro mu gitutu ca Misiri na bwo imvo yo guteterwa+.

  • Yesaya 31:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Yamara Abanyamisiri ni abantu bakuwe mw’ivu+, si Imana; amafarasi yabo ni inyama+, si impwemu. Kandi Yehova ubwiwe azoramvura ukuboko kwiwe, uwufasha atsitare, uwufashwa na we atembe+, kandi ico gihe nyene bazorangira bose uko bangana.

  • Yeremiya 37:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Ibi abe ari vyo mubwira umwami wa Yuda abatumye kuri jewe kunsiguza+, muti: “Ehe, inteko za gisirikare za Farawo zije kuri mwebwe kugira zibafashe zizobwirizwa gusubira mu gihugu cazo, ari co Misiri+.

  • Ezekiyeli 29:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kandi ababa mu Misiri bose bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+, kuko babereye inzu ya Isirayeli irenga, bwa cishimikizo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika