Yobu 19:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ubuninahazwa bwanje yabunyambuye+,Inkurako urugori rw’umutwe wanje. Zaburi 7:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umwansi nankurikire+,Nahamvye ubuzima bwanje abukandagire,Atume ubuninahazwa bwanje buba mu mukungugu. Sela. Zaburi 89:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Wiyamye isezerano ry’umusavyi wawe;Wahumanije umugāra wiwe gushika hasi+.
5 Umwansi nankurikire+,Nahamvye ubuzima bwanje abukandagire,Atume ubuninahazwa bwanje buba mu mukungugu. Sela.