ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 Ico gihe cose, igihugu bari baragitaye kiriko kirishura amasabato yaco+ mu gihe cari umusaka batakikibamwo, na bo ubwabo bakaba bariko barishura ikosa ryabo+, kubera yuko, emwe, kubera yuko bari barataye ingingo zanje z’ubutungane+, n’imitima yabo ikaba yari yarazinutswe ivyagezwe vyanje+.

  • Yeremiya 26:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “Mika+ w’i Moresheti+ yaravuga ubuhanuzi mu misi ya Hezekiya umwami wa Yuda+, maze abwira abantu bose bo muri Yuda ati: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Siyoni izorimwa nk’umurima+, Yeruzalemu na yo icike ibirundo vy’ibihomvagurike+, kandi umusozi w’Inzu uzoba ibibanza bikirurutse vy’ikibira+.”’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika