Gusubira mu vyagezwe 28:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Uzoresha umugore, uwundi mugabo amushurashuze ku nguvu+. Uzokwubaka inzu, ariko ntuzoyibamwo+. Uzotera umurima w’imizabibu, ariko ntuzonatangura kuwikorako+. Gucura intimba 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Yehova yakoze ivyo yari yiyumviriye+. Yashikije ivyo yavuze+,Ivyo yari yarategetse kuva mu misi ya kera+. Yasambuye, ntiyagira impuhwe+.Kandi atuma umwansi anezerwa ku bikwerekeye+. Yashize hejuru ihembe ry’abarwanizi bawe+. Gucura intimba 3:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Wazibije ishavu inzira ishika iwawe+, kandi uguma udukurikirana+. Warishe; ntiwagize impuhwe+.
30 Uzoresha umugore, uwundi mugabo amushurashuze ku nguvu+. Uzokwubaka inzu, ariko ntuzoyibamwo+. Uzotera umurima w’imizabibu, ariko ntuzonatangura kuwikorako+.
17 Yehova yakoze ivyo yari yiyumviriye+. Yashikije ivyo yavuze+,Ivyo yari yarategetse kuva mu misi ya kera+. Yasambuye, ntiyagira impuhwe+.Kandi atuma umwansi anezerwa ku bikwerekeye+. Yashize hejuru ihembe ry’abarwanizi bawe+.