ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 25:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kandi igisagara gikingijwe ibihome, kumwe n’ibihome birebire vyawe vy’umutekano, azobwirizwa kubisenyurira hasi; azobwirizwa kugishira hasi, agikoze kw’isi, gushika ku mukungugu+.

  • Yesaya 26:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “Kuko yasenyuriye hasi ababa ahakirurutse+, igisagara kidugijwe hejuru+. Agishira hasi, agishira hasi gushika kw’isi; agikoza ku mukungugu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika