Yesaya 39:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 ‘Kandi bamwe mu bahungu bawe bazova muri wewe, abo uzovyara, bazotwarwa+ babe koko abakozi bo ku kirimba+, mu kirimba c’umwami wa Babiloni+.’” Yesaya 43:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ni co gituma nzohumanya abaganwa b’ahantu heranda, ntange Yakobo nk’uwo gutikizwa, Isirayeli ndamutange ku majambo y’ibitutsi+.
7 ‘Kandi bamwe mu bahungu bawe bazova muri wewe, abo uzovyara, bazotwarwa+ babe koko abakozi bo ku kirimba+, mu kirimba c’umwami wa Babiloni+.’”
28 Ni co gituma nzohumanya abaganwa b’ahantu heranda, ntange Yakobo nk’uwo gutikizwa, Isirayeli ndamutange ku majambo y’ibitutsi+.