Guharura 25:1 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ico gihe Isirayeli yaba i Shitimu+. Nuko abantu batangura gushurashura n’abakobwa ba Mowabu+. Gusubira mu vyagezwe 9:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kandi igihe Yehova yabarungika mukava i Kadeshi-baruneya+, ati: ‘Duga mwigarurire igihugu nzobaha!’, mwaciye mugarariza itegeko rya Yehova Imana yanyu+; ntimwamwizeye+ canke ngo mwumvirize ijwi ryiwe+. 1 Abami 13:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 maze atangura gusemerera abwira nya muntu w’Imana y’ukuri yari yavuye muri Yuda ati: “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Ko wagararije+ itegeko rya Yehova, ntugumye ibwirizwa Yehova Imana yawe yagutegetse+,
23 Kandi igihe Yehova yabarungika mukava i Kadeshi-baruneya+, ati: ‘Duga mwigarurire igihugu nzobaha!’, mwaciye mugarariza itegeko rya Yehova Imana yanyu+; ntimwamwizeye+ canke ngo mwumvirize ijwi ryiwe+.
21 maze atangura gusemerera abwira nya muntu w’Imana y’ukuri yari yavuye muri Yuda ati: “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Ko wagararije+ itegeko rya Yehova, ntugumye ibwirizwa Yehova Imana yawe yagutegetse+,