-
Ezekiyeli 20:13Bibiliya y’isi nshasha
-
-
13 “‘“Ariko bobo, inzu ya Isirayeli, barangararije mu gahinga+. Ntibagendeye mu vyagezwe vyanje+, kandi bataye ingingo zanje z’ubutungane+, zino umuntu agumye azikurikiza akaba azoguma kandi abeshwaho na zo+. Vyongeye barahumanije cane amasabato yanje+, ku buryo nsezerana kubasukako uburake bwanje mu gahinga, kugira ngo ndabatikize+.
-