-
Ezekiyeli 6:9Bibiliya y’isi nshasha
-
-
9 Kandi abacitse kw’icumu banyu ntibazobura kunyibuka mu mahanga bazoba baratwawemwo ari imbohe+, kuko nasabijwe n’umutima wabo usambana wakebeje ukamvako+, be n’amaso yabo akurikira ibigirwamana vyabo vy’umwanda ku bw’intumbero y’ubusambanyi+; kandi ntibazobura kwumva bashishwe mu maso habo kubera ibibi bakoze mu bintu vyabo vyose biteye ishishi+.
-