ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 81:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Nuko ndabareka bagendera mu kagagazo k’umutima wabo+;

      Bagendeye mu nama zabo bwite+.

  • Yesaya 66:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nanje nzohitamwo uburyo bunyuranye bwo kubafata nabi+; kandi nzobateza ibibaca ivutu+; kuko nahamagaye ntihagire n’umwe yitaba; naravuze, ntihagira n’umwe yumviriza+; bagumye bakora ivyari bibi mu maso yanje, bahitamwo ikitampimbara+.”

  • Abaroma 1:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Imana rero, nk’uko ivyipfuzo vy’imitima yabo biri, yarabahebeye ubuhumane+, kugira ngo imibiri yabo+ iteterezwe muri bo+;

  • 2 Abatesalonika 2:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ni co gituma Imana ireka ubuzimire bukabakorerako, ngo bemere ikinyoma+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika