Ezekiyeli 11:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze impwemu ya Yehova ingwako+, hanyuma yongera kumbwira ati: “Vuga uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze+: “Mwavuze vyo, ewe nzu ya Isirayeli; nayo ibiza mu mutima wanyu*, jewe ndabizi+.
5 Maze impwemu ya Yehova ingwako+, hanyuma yongera kumbwira ati: “Vuga uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze+: “Mwavuze vyo, ewe nzu ya Isirayeli; nayo ibiza mu mutima wanyu*, jewe ndabizi+.