-
Yeremiya 44:17Bibiliya y’isi nshasha
-
-
17 mugabo tuzokora ijambo ryose ryavuye mu kanwa kacu+, kugira dufumbishirize umwotsi w’ibimazi ‘umwamikazi w’amajuru+’ twongere tumusukire amashikanwa y’ikinyobwa+, nk’uko twe+ na ba sogokuruza bacu+ n’abami bacu+ n’abaganwa bacu twagize mu bisagara vya Yuda no mu mabarabara ya Yeruzalemu, igihe twahora duhaga umukate kandi tukabaho tumerewe neza; ico gihe nta vyago twabona+.
-